Bibiliya ku bana

Inkuru wokunda zo muri Bibiliya. bitangwa Ku buntu gusa.

Intumbero yacu

Matayo19:14 Yesu aravuga, 'Nimureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze kuk' ubwami bw' Imana ari ubw'abameze nkabo.'

Bibiliya ku bana iriho ngo imenyekanishe Yesu Kristo ku bana biciye mu gukwiragiza inkuru za Bibiliya zerekanwamwo n' ibikoresho bijanye mu buryo butandukanye no mu binyamakuru, harimwo n 'urubuga rwa internet,Telefone ngendanwa/PDA\'s,Ibikoresho n' ibitabu bisize irangi, mu ndimi zose umwana avugamwo.

Izi nkuru zizotangwa ku buntu ku bana imiriyaridi 1.8 bo mw' isi yose ku buntu.

Inkuru zisanzuye zashizwe ku mpapuro!

Abakwiragiza ibikoresho vy'ivugabutumwa bariko bashira ku mpapuro zimwe muri izi nkuru za Bibiliya zikundwa cane n' abana bongera bazikwiragiza ku buntu!

evangelicaltract.com

kuba uri mu muhora wa newsletter