Bibiliya ku bana

Inkuru wokunda zo muri Bibiliya. bitangwa Ku buntu gusa.

Bibiliya y'abana

Hariho ivyigwa 12 vyo muri Bibiliya. Soma Icigwa ca 1 wandike inyishu zawe. Hanyuma wohereze Icigwa ca 1 kuri . Bizokosorwa kandi Icigwa ca 2 kizogurungikirwa kuri email. Ivyo bizobandanya gushika urangije icigwa ca 12.

Icigwa ca 1

Igihambaye: Nimba udashobora kwandika inyishu mu Cigwa ca 1, rero urakeneye igisomwa ca PDF gitandukanye. Turagusavye ushireko iki gisomwa ca PDF ku buntu.

Bible Lessons for Children